Bayern Munich N'urwanda bahinduye intumbero y’ubufatanyi: Bavuye mu kwamamaza bagana kwiteza imbere kw’urwaruka

 picha ya logo ya bayern

Bayern Munich yari ifise amasezerano y’imyaka 5 (2023–2028) na Reta ya Rwanda biciye ku gikorwa co kwamamaza “Visit Rwanda”.

Uwo mugambi w’ugushigikira warimwo kwamamaza ubukerarugendo ku kibuga ca Allianz Arena hamwe n’ibikorwa vy’ugushigikira ishoramari muri Rwanda.

Abakunzi ba Bayern barerekanye ishavu mu kwezi kwa Ruhuhuma 2025, aho bazanye amabango bavuga ko uwo mugambi “uhonyanga indangagaciro z’iyo nkino”.

Ivyavuzwe: “Turiko turahindura ubufatanye bwacu bwa kibiashara bukaba umugambi wo guteza imbere impano, kandi turiko turagura FC Bayern Academy i Kigali dufatanye na Rwanda Development Board.”

picha-ndogo-ya-mwandishi by Twaha Ahmadi | Yanditswe 09/08/2025

← Subira Inyuma Rungika Ivyiyumviro

Sangiza Iyinkuru