Uwekezaji-Mkubwa-Kutoka-Qatar

Bujumbura, Uburundi — Mu ntambwe y’amateka, Reta y’Uburundi yinjiye mu bufatanye bw’igihe kirekire n’ishirahamwe Qatar Investment Authority (QIA) hamwe na Al Mansour Holding, kugira bashore imitahe ishika kuri USD 180 miliyaridi mu bisata bitandukanye vy’ubukungu bw’igihugu. Uwo mubano ugamije guteza imbere inzira z’iterambere, amabuye y’agaciro, amabanki, ubukerarugendo, uburimyi, hamwe n’umutekano w’ivyuma vy’itumatumanako.

Ibice vy’iterambere vyashingiweko:

Inyungu ziri mu gufatanya n’ibihugu vy’Abarabu:

Uwekezaji-Mkubwa-Kutoka-Qatar

Mukurangiza

Ubufatanye hagati y’Uburundi na Qatar ni ikimenyetso c’uko ukwizera kw’amakungu ku bukungu bw’igihugu kiriko kiriyongera. Ariko rero, birakenewe ko Reta y’Uburundi ishira mu ngiro imigambi ifashe neza kugira ngo inyungu z’uwo mushoramari zishikire bose, kandi igire ico ikora ku ntambamyi zishobora kwaduka.

Maoni kwa Afrika

Twaha Ahmadi

Ishoramari ni ryiza igihe igihugu kironka inyungu ihagije. Ishoramari ni ryiza igihe abashoramari batinjira mu vya politike vy’igihugu ku nyungu zabo bwite canke ngo basambure ivyo twubatse.

Nararose ndiko ndiyumvira igituma aya mahirwe y’ishoramari adutse mu gihe Umukuru w’igihugu c’Uburundi abaye umufasha n’umuhuza w’amahoro mu karere ka Sahel. Jewe ubwanje, vyontera agahinda kubona uburyo bwacu bwa digitale butwarwa n’abandi.


kwetu-news-official-media

picha-ndogo-ya-mwandishi by Twaha Ahmadi | Yanditswe 19/08/2025

← Subira Inyuma Rungika Ivyiyumviro

Sangiza aya makuru: