Visa z’Amerika ku Barundi Zarahagaritswe: Itegeko ry’Umuryango w’Afurika

Marekani yasitisha mpango wa viza kwa warundi, funzo kwa Africa na raisi wa Niger

Irya tangazo rya Leta Zunze Ubumwe za Amerika ryo guhagarika itangwa rya visa ku Barundi si ikibazo c’umuntu ku giti ciwe gusa, ahubwo ni ikimenyetso gikomeye co gukangura ivyiyumviro vy’igihugu n’umugabane wose. Ni akaryo ko kwibaza: kubera iki tuguma twishingira cane ku bihugu vyo hanze kugira tubone amahirwe, ubuhungiro, canke icubahiro mu ngendo?


Iyi ngingo ikwiye kuba yo kwiyumvira bushasha, Dukeneye:

Kwihuza nk’Afrika: kwihutisha umugambi wa Pasiporo Imwe y’Afrika, kugira ngo abanyagihugu b’umugabane bashobore kugenda ata ngorane zishingiye ku karanga canke politike.

Uburundi bushobora kuba ijwi ry’ihinduka. Afrika ishobora kuba ububasha bw’ukwikukira.

picha-ndogo-ya-mwandishi by Twaha Ahmadi | Yanditswe 14/08/2025

← Subira Inyuma Rungika Ivyiyumviro

Sangiza aya makuru: