Amahiganwa y’akarere mu rukino rwa Basketball aje i Burundi!

 timu-ya-Burundi-ya-mpira-wa-kikapu

Uburundi bwatorewe ocese kwakira Amahiganwa ya Basketball yo mu karere ka Afrika y’Ubuseruko mu mwaka wa 2026, igikorwa gitegerejwe gukwega amaso y’abakunzi b’inkino bava mu bihugu bitandukanye vyo ku mugabane wa Afrika.

Itariki n’Ahazobera


Imirwi izokwitaba

Inyungu ku gihugu c’Uburundi

Abajejwe inkino hamwe n’abakunzi bazo barasabwa gushigikira no gutegura neza ibibanza vyiza vyo kwakira abashitsi bacu bo mu karere. Aya mahiganwa si inkino gusa—ni ibirori vy’ukunywana, amagara meza, hamwe n’iteka ry’igihugu. 🇧🇮

picha-ndogo-ya-mwandishi by Twaha Ahmadi | Iliandikwa 27/07/2025

← Subira Inyuma Rungika Ivyiyumviro

Sangiza Iyinkuru: