KUVYEREKEYE TWEBWE

Kwetunewsofficial ni ikinyamakuru gihuza Afrika y’Ubuseruko n’isi yose biciye ku buryo budasanzwe. Gitanga amakuru y’ukuri, isesengura ryimbitse, hamwe n’ijwi ry’Afurika rishingiye ku muco w’ukuri no kwizerwa.

Intumbero Yacu

Kuba ikinyamakuru cizewe gitanga ijambo ku muryango wa Afrika y’Ubuseruko.

Inkingi Yacu

Gushikana n’amakuru y’ukuri, atarimwo uruhande, biciye ku buryo bushika kuri bose, aho bari hose.

Umurwi Wacu

Dufise abanditsi, abahinyanyuzi, hamwe n’abafotora bafise umutima wo guhindura ingene abantu babona ibintu.

Umurwi w’Ubuyobozi

Abagize umurwi wacu w’ubuyobozi bafise uburambe n’ubuhanga budasanzwe.

Mkurugenzi

Twaha Ahmadi

Umuyobozi Mukuru

Mhariri Mkuu

Twaha Ahmadi

Umuhinyanyuzi Mukuru

Meneja wa Teknolojia

Twaha Ahmadi

Umuyobozi w’Ikoranabuhanga